ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 6:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Igicumuro ntigikwiye kubaganza, kuko mutagengwa n’amategeko+, ahubwo mugengwa n’ubuntu buhebuje+.

  • Abaroma 6:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Ariko ubu, kubera ko mwakuwe mu gicumuro mukaba abashumba b’Imana, muriko murama ivyamwa bijanye n’ubweranda+, kandi ivyo bishikana ku buzima budahera+.

  • Yakobo 1:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Mugabo uwihweza muri iryo tegeko ritagira akanenge+ ry’umwidegemvyo kandi akarigumamwo, aba abaye uwushira mu ngiro aho kuba uwumva akibagira. Uwukora ivyo azohimbarwa*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika