ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 5:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Emwe ni ukuri ndabibabwiye, umuntu wese yumva amajambo yanje kandi akizera uwantumye arafise ubuzima budahera+, kandi ntazocirwa urubanza, ahubwo yaravuye mu rupfu aja mu buzima+.

  • Yohani 17:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Yezu ahejeje kuvuga ivyo bintu, aca arangamiza mw’ijuru maze avuga ati: «Da, isaha irageze. Ninahaza umwana wawe, kugira ngo umwana wawe na we akuninahaze+, 2 kuko wamuhaye ububasha ku bantu bose*+, kugira ahe ubuzima budahera+ abo wamuhaye bose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika