ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 24:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Abantu bazobahama+ bongere babice+, kandi muzokwankwa n’amahanga yose kubera izina ryanje+.

  • Ivyakozwe 8:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Nayo Sawuli, yari ashigikiye iyicwa rya Sitefano+.

      Kuri uwo musi haduka uruhamo rukomeye kw’ishengero ryari i Yeruzalemu. Bose kiretse intumwa, basanzarira mu ntara z’i Yudaya n’i Samariya+.

  • Ivyakozwe 12:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Muri ico gihe, umwami Herodi atangura kugirira nabi bamwe mu bagize ishengero+. 2 Yicisha inkota+ Yakobo mwenewabo na Yohani+.

  • Ivyakozwe 26:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Narabahana kenshi mu masinagogi yose ngerageza kubahata ngo bahebe ivyo bemera. Kandi kubera ko nari ndabafitiye ishavu rirenze, naraheba nkabahama ndabasanze no mu bindi bisagara.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika