Matayo 27:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Yezu rero ahagarara imbere ya buramatari, maze buramatari amubaza ati: «Uri Umwami w’Abayuda?» Yezu amwishura ati: «Wewe ubwawe urabivuze+.» Yohani 12:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Baca bafata amashami y’ibigazi, baja kumusanganira maze bavuga bati: «Kiza turagutakambiye! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova*+, Umwami wa Isirayeli+!»
11 Yezu rero ahagarara imbere ya buramatari, maze buramatari amubaza ati: «Uri Umwami w’Abayuda?» Yezu amwishura ati: «Wewe ubwawe urabivuze+.»
13 Baca bafata amashami y’ibigazi, baja kumusanganira maze bavuga bati: «Kiza turagutakambiye! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova*+, Umwami wa Isirayeli+!»