Luka 24:15, 16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Bariko barayaga bongera bazirikana kuri ivyo bintu, Yezu aca arabegera, ajana na bo, 16 ariko amaso yabo abuzwa kumumenya+. Luka 24:30, 31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Bariko barafungura*, atora umukate, arawuhezagira, arawumanyura hanyuma arawubaha+. 31 Amaso yabo aca arugururwa rwose, baramumenya. Mugabo Yezu aca aranyika, ntibasubira kumubona+. Yohani 21:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Buriko buraca, Yezu ahagarara ku nkengera y’ikiyaga, mugabo abigishwa ntibamenya ko ari we+.
15 Bariko barayaga bongera bazirikana kuri ivyo bintu, Yezu aca arabegera, ajana na bo, 16 ariko amaso yabo abuzwa kumumenya+.
30 Bariko barafungura*, atora umukate, arawuhezagira, arawumanyura hanyuma arawubaha+. 31 Amaso yabo aca arugururwa rwose, baramumenya. Mugabo Yezu aca aranyika, ntibasubira kumubona+.