Yohani 1:33, 34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Na jewe sinari ndamuzi, ariko umwe yandungika kubatiza mu mazi, ni we yambwiye ati: “Uwo uzobona impwemu imanutseko ikamugumako+, ni we abatiza mu mpwemu nyeranda+.” 34 Nanje rero narabibonye, kandi narashinze intahe ko uyu ari Umwana w’Imana+.»
33 Na jewe sinari ndamuzi, ariko umwe yandungika kubatiza mu mazi, ni we yambwiye ati: “Uwo uzobona impwemu imanutseko ikamugumako+, ni we abatiza mu mpwemu nyeranda+.” 34 Nanje rero narabibonye, kandi narashinze intahe ko uyu ari Umwana w’Imana+.»