Matayo 3:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Jewe ndababatiza mu mazi kuko mwigaya+. Mugabo uwuriko araza inyuma yanje arakomeye kundusha, kandi simbereye no kumwambura ibirato*+. Uwo azobabatiza mu mpwemu nyeranda+ no mu muriro+. Ivyakozwe 1:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kuko mu vy’ukuri Yohani yabatiza abantu mu mazi, mugabo mwebwe muzobatizwa mu mpwemu nyeranda+ mu misi mikeyi iri imbere.» Ivyakozwe 2:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Igihe rero umusi mukuru wa Pentekoti+ wariko uraba, bari hamwe bose muri ca kibanza nyene. Ivyakozwe 2:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Bose baca buzuzwa impwemu nyeranda+, batangura kuvuga mu zindi ndimi nk’uko nya mpwemu ibibashoboje+.
11 Jewe ndababatiza mu mazi kuko mwigaya+. Mugabo uwuriko araza inyuma yanje arakomeye kundusha, kandi simbereye no kumwambura ibirato*+. Uwo azobabatiza mu mpwemu nyeranda+ no mu muriro+.
5 Kuko mu vy’ukuri Yohani yabatiza abantu mu mazi, mugabo mwebwe muzobatizwa mu mpwemu nyeranda+ mu misi mikeyi iri imbere.»
4 Bose baca buzuzwa impwemu nyeranda+, batangura kuvuga mu zindi ndimi nk’uko nya mpwemu ibibashoboje+.