Yohani 1:19, 20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ng’iyi intahe rero Yohani yashinze igihe Abayuda barungika abaherezi n’Abalewi bavuye i Yeruzalemu kumubaza bati: «Uri nde+?» 20 Yarabishuye ata kugonanwa, ababwira ati: «Jewe sindi Kristu.»
19 Ng’iyi intahe rero Yohani yashinze igihe Abayuda barungika abaherezi n’Abalewi bavuye i Yeruzalemu kumubaza bati: «Uri nde+?» 20 Yarabishuye ata kugonanwa, ababwira ati: «Jewe sindi Kristu.»