Yesaya 43:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Yehova avuze ati: «Muri ivyabona vyanje+,emwe, umusavyi wanje natoye+,kugira ngo mumenye ibinyerekeye kandi munyizere*,no kugira ngo mutegere ko ndi wa wundi nyene+. Imbere yanje nta Mana yaremwe*,n’inyuma yanje nta n’imwe yaremwe*+. Luka 24:48 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 48 Mubwirizwa kuba ivyabona vy’ivyo bintu+. Yohani 15:26, 27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Wa mufasha nzobarungikira avuye kuri Data niyashika, ya mpwemu y’ukuri+ iva kuri Data, azonshingira intahe+. 27 Na mwebwe mubwirizwa kunshingira intahe+, kuko mwamanye nanje kuva mu ntango.
10 Yehova avuze ati: «Muri ivyabona vyanje+,emwe, umusavyi wanje natoye+,kugira ngo mumenye ibinyerekeye kandi munyizere*,no kugira ngo mutegere ko ndi wa wundi nyene+. Imbere yanje nta Mana yaremwe*,n’inyuma yanje nta n’imwe yaremwe*+.
26 Wa mufasha nzobarungikira avuye kuri Data niyashika, ya mpwemu y’ukuri+ iva kuri Data, azonshingira intahe+. 27 Na mwebwe mubwirizwa kunshingira intahe+, kuko mwamanye nanje kuva mu ntango.