ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 27:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Abantu bose baca bishura bati: «Amaraso yiwe naje kuri twebwe no ku bana bacu+.»

  • Ivyakozwe 3:14, 15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Emwe, mwarihakanye uwo mweranda akaba n’umugororotsi, maze musaba ngo babahe umugabo w’umwicanyi+, 15 ariko mwica ya Mboneza y’ubuzima+. Ariko Imana yaramuzuye mu bapfuye, kandi turi ivyabona vy’ico kintu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika