ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 24:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 «Jana inyuma y’ikambi uwo muntu yatutse izina ryanje. Abantu bose bumvise ivyo yavuze bamurambike ibiganza ku mutwe, maze ishengero ryose rimwicishe amabuye+.

  • Abalewi 24:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Uwutyoje izina rya Yehova rero ategerezwa gupfa+. Ishengero ryose rikwiye kumwicisha amabuye. Umunyamahanga aba muri mwebwe atyoje izina ry’Imana ategerezwa kwicwa cokimwe n’imvukira.

  • Matayo 23:37
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 37 Yeruzalemu, Yeruzalemu, wewe wica abahanuzi kandi ukicisha amabuye abagutumweko+! Ni kangahe nashatse kwegeranya abana bawe nka kurya inkokokazi yegeraniriza imiswi yayo munsi y’amababa yayo? Ariko mwaravyanse+.

  • Yohani 16:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Abantu bazobaca mu masinagogi+. Mbere igihe kirageze aho umuntu wese azobica+ azokwiyumvira ko akoreye Imana*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika