Luka 24:51 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 51 Akiriko arabahezagira, atandukana na bo maze aduganwa mw’ijuru+. Ivyakozwe 1:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Amaze kuvuga ivyo, aca araduzwa bakiriko bararaba, hanyuma igicu kiramupfuka, ntibaba bakimubona+.