ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 28:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Yezu arabegera, ababwira ati: «Ububasha bwose narabuhawe mw’ijuru no kw’isi+.

  • Abaroma 14:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Ico ni co catumye Kristu apfa akongera kuba muzima, kugira abe Umukama w’abazima n’abapfuye+.

  • Ivyahishuwe 19:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Hanyuma mbona ijuru ryuguruye, nca mbona n’ifarasi yera+. Uwari ayicayeko yitwa Mwizigirwa+ na Munyakuri+, kandi aca imanza akongera akarwana intambara mu bugororotsi+.

  • Ivyahishuwe 19:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Ku mpuzu yiwe, emwe kw’itako ryiwe, hari izina ryanditswe ngo: Umwami w’abami n’Umukama w’abakama+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika