-
Ivyakozwe 14:5-7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Igihe rero abanyamahanga n’Abayuda hamwe n’abatware babo barondera kubagirira nabi bimwe biteye isoni no kubatera amabuye+, 6 Pawulo na Barunaba barabimenye maze bahungira mu bisagara vya Lukawoniya, Lusitira na Derube no mu karere ko mu micungararo+. 7 Bashitseyo babandanya kumenyesha inkuru nziza.
-