ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 8:34
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 Ni nde azotuma batsindwa n’urubanza? Nta n’umwe. Kristu Yezu yarabapfiriye, mbere aranazurwa. Ubu ari iburyo bw’Imana+ kandi ni we atakamba ku bwacu+.

  • Abafilipi 2:9-11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Ico nyene ni co catumye Imana imuduza ikamushira mu kibanza co hejuru cane+, igashima kumuha izina riruta ayandi yose+. 10 Yabigize kugira ngo mw’izina rya Yezu bose bapfukame*, baba abari mw’ijuru canke abari kw’isi canke abari mu kuzimu+, 11 no kugira ngo ururimi rwose rwemange ku mugaragaro yuko Yezu Kristu ari Umukama+, bitume Imana ari yo Data ininahazwa.

  • 1 Petero 3:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Yezu ari iburyo bw’Imana+ kuko yagiye mw’ijuru, kandi yarahawe kuganza abamarayika n’abafise ubukuru n’ububasha+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika