Yesaya 52:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Raba! Umusavyi wanje+ azokorana ubukerebutsi*. Azoshirwa hejuru, aduzwe,aninahazwe cane+. Ivyakozwe 2:32, 33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Uwo Yezu, Imana yaramuzuye kandi twese turi ivyabona vy’ico kintu+. 33 Kubera ko rero yashizwe hejuru iburyo bw’Imana+, kandi agahabwa na Se ya mpwemu nyeranda yari yarasezeranywe+, ayidusutseko nk’uko mubibona mukanavyumva.
32 Uwo Yezu, Imana yaramuzuye kandi twese turi ivyabona vy’ico kintu+. 33 Kubera ko rero yashizwe hejuru iburyo bw’Imana+, kandi agahabwa na Se ya mpwemu nyeranda yari yarasezeranywe+, ayidusutseko nk’uko mubibona mukanavyumva.