ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 23:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Bumaze guca, Abayuda bategura umugambi, bararahira bisabira n’umuvumo yuko ata co bazorya canke ngo banywe batishe Pawulo.

  • Ivyakozwe 23:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Ariko rero, umuhungu wa mushiki wa Pawulo yumva ivy’uwo mugambi wo gutegera Pawulo, aca aja ku cicaro c’abasoda arabimumenyesha.

  • 2 Abakorinto 11:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Ni abasuku ba Kristu? Nishura nk’umusazi. Ndabarusha kuba umusuku: nakoze vyinshi kubarusha+, mpfungwa kenshi kubarusha+, nkubitwa inkoni zidaharurika, ngarukira ku cobo kenshi+.

  • 2 Abakorinto 11:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Nama mu ngendo kenshi, mu kaga k’inzuzi, mu kaga k’abambuzi, mu kaga k’abo mw’ihanga ryacu+, mu kaga k’abo mu yandi mahanga+, mu kaga mu gisagara+, mu kaga mu gahinga, mu kaga mu kiyaga, no mu kaga mu bavukanyi b’ikinyoma.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika