Matayo 7:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mwiyubare abahanuzi b’ikinyoma+ baza kuri mwebwe bigize nk’intama+, ariko imbere muri bo ari amabingira ashonje cane+. 2 Abatesalonika 2:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ntihagire uwubazimiza* mu buryo na bumwe, kuko uwo musi utazoza hatabanje kuba kwa guheba Imana*+ na wa mugarariji+ agahishurwa, wa mwana wo kuranduka+. 2 Petero 2:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ariko rero harabayeho n’abahanuzi b’ikinyoma mw’ihanga ry’Imana, nk’uko no muri mwebwe hazobaho abigisha b’ikinyoma+. Bazorema mu mpisho utugwi dusambura ukwizera, bihakane na shebuja yabaguze+, bikwegere gutikizwa ningoga.
15 Mwiyubare abahanuzi b’ikinyoma+ baza kuri mwebwe bigize nk’intama+, ariko imbere muri bo ari amabingira ashonje cane+.
3 Ntihagire uwubazimiza* mu buryo na bumwe, kuko uwo musi utazoza hatabanje kuba kwa guheba Imana*+ na wa mugarariji+ agahishurwa, wa mwana wo kuranduka+.
2 Ariko rero harabayeho n’abahanuzi b’ikinyoma mw’ihanga ry’Imana, nk’uko no muri mwebwe hazobaho abigisha b’ikinyoma+. Bazorema mu mpisho utugwi dusambura ukwizera, bihakane na shebuja yabaguze+, bikwegere gutikizwa ningoga.