ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 7:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Mwiyubare abahanuzi b’ikinyoma+ baza kuri mwebwe bigize nk’intama+, ariko imbere muri bo ari amabingira ashonje cane+.

  • Ivyakozwe 20:29, 30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Ndazi yuko ninamara kugenda amabingira akaze* azobinjiramwo+ kandi ntazofatana ikibabarwe ubusho. 30 Kandi muri mwebwe ubwanyu hazokwaduka abagabo bavuga ibigoramanze kugira bakwegere abigishwa inyuma yabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika