-
2 Abatesalonika 3:7, 8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Mwebwe ubwanyu murazi ivyo mukwiye gukora ngo mutwigane+, kuko tutigenjeje mu buryo butabereye igihe twari iwanyu. 8 Eka kandi nta n’umwe twaririye ibifungurwa ku buntu*+. Ahubwo riho, twarakora cane tukabira akuya ijoro n’umurango, kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemera tumusaba vyinshi+.
-