ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 26:4, 5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Nkako, Abayuda bose barazi ingene nari mbayeho kuva mu buto mu bantu b’iwacu* n’i Yeruzalemu+. 5 Abo Bayuda bari banzi kuva kera, kandi babishatse bobishingira intahe yuko nari mbayeho nkurikiza imigenzo y’Abafarizayo+, umugwi w’idini urusha abandi Bayuda kwumira ku mategeko+.

  • Abafilipi 3:4, 5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 naho jewe mfise imvo zo kwishimira umubiri kuruta abandi bose.

      Nimba hari uwundi muntu n’umwe yiyumvira ko afise imvo zo kwishimira umubiri, jeho ndamurusha: 5 nagenyerewe ku musi ugira umunani+, nkaba nkomoka mw’ihanga rya Isirayeli, mu muryango wa Benyamini, nkaba ndi Umuheburayo yavutse ku Baheburayo+. Mu vyo kwubahiriza amategeko, ndi Umufarizayo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika