ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 27:23, 24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Muri iri joro, hari umumarayika+ w’Imana nsenga kandi nkorera igikorwa ceranda yahagaze iruhande yanje, 24 ambwira ati: “Ntutinye, Pawulo. Utegerezwa guhagarara imbere ya Sezari+, kandi wewe n’abo muri kumwe mu bwato bose Imana izobarokora.”

  • Ivyakozwe 28:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Baca bahana isango bazohurirako, hanyuma baza aho yaba ari benshi kuruta. Nuko kuva mu gitondo gushika ku mugoroba, abasigurira ivyo bintu mu kubabwira ivyerekeye Ubwami bw’Imana, ashinga intahe bimwe bishitse*. Yabigize kugira abajijure ngo bemere Yezu+, afatiye ku mategeko ya Musa+ no ku vyanditswe n’abahanuzi+.

  • Ivyakozwe 28:30, 31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Ahaguma imyaka ibiri yuzuye ari mu nzu apanze+, kandi yarakira neza abantu bose baza kumuraba. 31 Yarababwira ivyerekeye Ubwami bw’Imana akabigisha n’ivyerekeye Umukama Yezu Kristu, akavugana umwidegemvyo wose*+ ata kimutangira.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika