ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 13:38, 39
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 38 Nimumenye rero benewacu, yuko biciye kuri we muriko muramenyeshwa ibijanye no kubabarirwa ibicumuro+. 39 Nimumenye kandi yuko ibintu vyose mutashobora kubabarirwa* biciye ku mategeko ya Musa+, umuntu wese yizera abibabarirwa biciye kuri Yezu+.

  • Abanyefeso 2:8, 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Kubera ubwo buntu buhebuje mwarakijijwe biciye ku kwizera+, kandi ivyo ntibiva kuri mwebwe, ahubwo ni ingabire y’Imana. 9 Oya, ntibiva ku bikorwa+, kugira ngo ntihagire n’umwe aronka imvo zo kwirata.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika