ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 24:46, 47
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 46 araheza ababwira ati: «Handitswe yuko Kristu yobabajwe hanyuma akazuka mu bapfuye ku musi ugira gatatu+, 47 be n’uko hokwamamajwe mw’izina ryiwe yuko abantu bokwigaya kugira bababarirwe ibicumuro+, ivyo bigakorwa mu mahanga yose+ uhereye i Yeruzalemu+.

  • Ivyakozwe 5:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Imana yaramushize hejuru iburyo bwayo+, aba Imboneza+ n’Umukiza+, kugira Abisirayeli bashobore kwigaya maze bababarirwe ibicumuro+.

  • Ivyakozwe 10:43
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 43 Abahanuzi bose barashinga intahe+ yuko uwizera Yezu wese ababarirwa ibicumuro biciye kw’izina ryiwe+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika