ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 1:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Mugabo abamwakiriye bose yabahaye uburenganzira bwo kuba abana b’Imana+, kuko bari bizeye izina ryiwe+.

  • Abagalatiya 3:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Mu vy’ukuri, mwese muri abana b’Imana+ biciye ku kwizera Kristu Yezu+.

  • 1 Yohani 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Bavukanyi nkunda, ubu turi abana b’Imana+, ariko ico tuzoba ntikirahishurwa+. Mugabo turazi ko niyamara guhishurwa tuzomera nka yo, kuko tuzoyibona nk’uko nyene iri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika