ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 8:15, 16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Ntimwaronse impwemu ibagira abashumba igatuma mwongera kugira ubwoba, ahubwo mwaronse impwemu ituma tugirwa abana b’Imana. Biciye kuri iyo mpwemu, turasemerera duti: «Abba*! Data+!» 16 Impwemu ubwayo iratomorera neza impwemu yacu*+ yuko turi abana b’Imana+.

  • Abanyefeso 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Kuko yatugenye imbere y’igihe+ ngo tube abana bayo+ biciye kuri Yezu Kristu. Yabigize kubera biyihimbara kandi bihuye n’ivyo igomba+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika