1 Petero 2:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Kuko Imana ibishima igihe umuntu yihanganira ingorane* kandi akababazwa ku karenganyo arondera kugira ijwi ryo mu mutima ryiza imbere yayo+. 1 Petero 3:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Mugumane ijwi ryiza ryo mu mutima+, kugira ngo naho bobavuga nabi gute, ababavuga nabi bamaramare+ kubera mwigenza neza nk’abayoboke ba Kristu+.
19 Kuko Imana ibishima igihe umuntu yihanganira ingorane* kandi akababazwa ku karenganyo arondera kugira ijwi ryo mu mutima ryiza imbere yayo+.
16 Mugumane ijwi ryiza ryo mu mutima+, kugira ngo naho bobavuga nabi gute, ababavuga nabi bamaramare+ kubera mwigenza neza nk’abayoboke ba Kristu+.