Matayo 5:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Hahiriwe abaremesha amahoro*+, kuko bazokwitwa abana b’Imana. Abaroma 12:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Nimba bishoboka, nimukore ivyo mushoboye ku giti canyu kugira mubane amahoro n’abantu bose+.