Ivyahishuwe 5:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ariko umwe muri ba bakurambere ambwira ati: «Reka kurira. Ya Ntambwe yo mu muryango wa Yuda+, wa muzi+ wa Dawidi+, yaratsinze+ kandi arashoboye kwugurura uwo muzingo no kumatura udushashara indwi twawo.»
5 Ariko umwe muri ba bakurambere ambwira ati: «Reka kurira. Ya Ntambwe yo mu muryango wa Yuda+, wa muzi+ wa Dawidi+, yaratsinze+ kandi arashoboye kwugurura uwo muzingo no kumatura udushashara indwi twawo.»