ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Agashami+ kazoshamika kava ku gishitsi ca Yese+,

      kandi umunago+ uvuye mu mizi yiwe uzokwama ivyamwa.

  • Yesaya 11:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Kuri uwo musi umuzi wa Yese+ uzohagarara nk’ikimenyetso* ku mahanga+.

      Amahanga azomwitura kugira ngo ayayobore*+,

      kandi ahantu aba* hazoba ahaninahaye.

  • Abaroma 15:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Na Yesaya avuga ati: «Hazoba umuzi wa Yese+ uzohaguruka ngo uganze amahanga+. Ni we amahanga azokwizigira+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika