1 Timoteyo 5:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Umugore rero w’umupfakazi vy’ukuri kandi asigaye ari ntahonikora, arizigira Imana+ kandi akabandanya kuyitakambira no kuyisenga ijoro n’umurango+.
5 Umugore rero w’umupfakazi vy’ukuri kandi asigaye ari ntahonikora, arizigira Imana+ kandi akabandanya kuyitakambira no kuyisenga ijoro n’umurango+.