1 Abakorinto 7:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 kandi aba abangikanije. Vyongeye, umugore atubatse canke umwigeme w’isugi, aganyishwa n’ivy’Umukama+, ngo abe mweranda mu mubiri no mu mutima. Ariko umugore yubatse aganyishwa n’ivy’isi, ingene yoshimwa n’umugabo wiwe.
34 kandi aba abangikanije. Vyongeye, umugore atubatse canke umwigeme w’isugi, aganyishwa n’ivy’Umukama+, ngo abe mweranda mu mubiri no mu mutima. Ariko umugore yubatse aganyishwa n’ivy’isi, ingene yoshimwa n’umugabo wiwe.