ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 14:15, 16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Nimba umuvukanyi wawe ababajwe n’ivyo ufungura, ntuba ukigendera mu rukundo+. Ntuhonye* uwo Kristu yapfiriye kubera ibifungurwa+. 16 Ntimureke rero ngo iciza mukora kivugwe nabi.

  • 1 Abakorinto 8:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Igihe mucumuye gutyo ku bavukanyi banyu, mugakomeretsa ijwi ryabo ryo mu mutima rigoyagoya+, muba muriko mucumura kuri Kristu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika