12 Ico nshaka kuvuga, ni uko muri mwebwe bamwe bavuga ngo «ndi uwa Pawulo», abandi ngo «ndi uwa Apolo+», abandi na bo ngo «ndi uwa Kefa*» canke ngo «ndi uwa Kristu.»
4Ariko ijambo ryahumetswe* rivuga ritomora yuko mu bihe bizoza hari abazota ukwizera kubera bashira umutima ku majambo y’amahumekano azimiza*+ no ku nyigisho z’amadayimoni.