Matayo 12:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 «Ehe umusavyi wanje+ nitoreye, uwo nkunda cane, uwo nashimye+! Nzomushirako impwemu yanje+, kandi azotomorera amahanga ubutungane ico ari co. Matayo 12:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Emwe, amahanga azokwizigira izina ryiwe+.» Ivyakozwe 4:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ikigeretseko, nta wundi ubukiriro bubonekeramwo, kuko munsi y’ijuru ata rindi zina+ abantu bahawe dutegerezwa gukirizwamwo+.»
18 «Ehe umusavyi wanje+ nitoreye, uwo nkunda cane, uwo nashimye+! Nzomushirako impwemu yanje+, kandi azotomorera amahanga ubutungane ico ari co.
12 Ikigeretseko, nta wundi ubukiriro bubonekeramwo, kuko munsi y’ijuru ata rindi zina+ abantu bahawe dutegerezwa gukirizwamwo+.»