ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abagalatiya 1:11, 12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Bavukanyi, nipfuza ko mumenya yuko inkuru nziza nabamenyesheje idakomoka ku bantu+, 12 kuko ntayironse ivuye ku muntu canke ngo ndayigishwe, ahubwo nayironse ndayihishuriwe na Yezu Kristu.

  • Abagalatiya 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Naduzeyo kubera nari nabihishuriwe, ndaheza ndabashikiriza inkuru nziza ndiko ndamamaza mu mahanga. Ariko nabigize mu mwiherero imbere y’abagabo bubahwa cane, kugira ngo sinsange nariko nirukira ubusa canke ngo nsange nari nirukiye ubusa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika