1 Abatesalonika 2:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ni co gituma kandi twama dushimira Imana+ kubera ko igihe mwakira ijambo ryayo mwatwumvanye, mutaryemeye nk’ijambo ry’abantu, ahubwo mwaryemeye nk’uko riri koko, nk’ijambo ry’Imana. Ni na ryo ririko rirakorera muri mwebwe abemera.
13 Ni co gituma kandi twama dushimira Imana+ kubera ko igihe mwakira ijambo ryayo mwatwumvanye, mutaryemeye nk’ijambo ry’abantu, ahubwo mwaryemeye nk’uko riri koko, nk’ijambo ry’Imana. Ni na ryo ririko rirakorera muri mwebwe abemera.