Matayo 28:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nyaragasa rero mubwire abigishwa biwe ko yazuwe mu bapfuye, kandi ko yabaye aragenda i Galilaya+. Ni ho muzomubonera. Ivyo ni vyo nashaka kubabwira+.»
7 Nyaragasa rero mubwire abigishwa biwe ko yazuwe mu bapfuye, kandi ko yabaye aragenda i Galilaya+. Ni ho muzomubonera. Ivyo ni vyo nashaka kubabwira+.»