ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abafilipi 2:29, 30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Mumwakirane rero umunezero mwinshi nk’uko musanzwe mwakira abakorera Umukama, kandi abantu nk’abo mugume mubafatana iteka+ 30 kuko yahatswe gupfa kubera igikorwa ca Kristu*. Yarashize ubuzima bwiwe mu kaga kugira ngo ahababere kuko mutari muhari ngo mumfashe mu vyo nkenera+.

  • 1 Abatesalonika 5:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Turabasaba rero bavukanyi, ngo mutere iteka abakora cane muri mwebwe kandi babahagarikira mu gikorwa c’Umukama bakongera bakabakebura.

  • 1 Timoteyo 5:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Abakurambere bahagarikira neza ishengero+ baterwe iteka ririmwo abiri+, canecane abakora cane mu kuvuga no mu kwigisha+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika