ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abakorinto 4:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Ku bw’ivyo, ntihagire ico mucira urubanza+ igihe kitaragera, gushika Umukama aje. Ibintu vy’ibanga vyari mu mwiza azobizana ku muco, ashire ahabona ivyiyumviro biri mu mitima y’abantu. Umuntu wese azoheza ashimagizwe n’Imana nk’uko abikwiye+.

  • 1 Abakorinto 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 muze muhe Shetani+ uwo muntu kugira umubiri utikizwe, maze impwemu izokizwe ku musi w’Umukama+.

  • Ivyahishuwe 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Biciye ku mpwemu nyeranda, nasanze ndi mu musi w’Umukama, maze numva inyuma yanje ijwi rikomeye nk’iry’urumbete

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika