Ivyakozwe 18:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 kandi kubera yuko bari basangiye umwuga, aguma iwabo barakorana+. Umwuga wabo wari uwo gukora amahema. Ivyakozwe 20:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Mwebwe ubwanyu murazi yuko aya maboko yanje ari yo yandonkeje ivyo nkeneye+, jewe n’abo turi kumwe. 1 Abatesalonika 2:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Bavukanyi, muribuka neza ukuntu twakoze tutiziganya tukabira akuya. Igihe twababwira inkuru nziza y’Imana, twarakora ijoro n’umurango kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemera tumusaba vyinshi+.
3 kandi kubera yuko bari basangiye umwuga, aguma iwabo barakorana+. Umwuga wabo wari uwo gukora amahema.
34 Mwebwe ubwanyu murazi yuko aya maboko yanje ari yo yandonkeje ivyo nkeneye+, jewe n’abo turi kumwe.
9 Bavukanyi, muribuka neza ukuntu twakoze tutiziganya tukabira akuya. Igihe twababwira inkuru nziza y’Imana, twarakora ijoro n’umurango kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemera tumusaba vyinshi+.