ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 18:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 kandi kubera yuko bari basangiye umwuga, aguma iwabo barakorana+. Umwuga wabo wari uwo gukora amahema.

  • Ivyakozwe 20:34
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 Mwebwe ubwanyu murazi yuko aya maboko yanje ari yo yandonkeje ivyo nkeneye+, jewe n’abo turi kumwe.

  • 2 Abakorinto 11:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Yamara igihe nari kumwe namwe ngakena, nta n’umwe nabereye umuzigo, kuko abavukanyi bavuye i Masedwane bandonkeje ku bwinshi ivyo nari nkeneye+. Emwe, naririnze kubabera umuzigo mu buryo bwose, kandi nzobandanya gutyo+.

  • 2 Abatesalonika 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Eka kandi nta n’umwe twaririye ibifungurwa ku buntu*+. Ahubwo riho, twarakora cane tukabira akuya ijoro n’umurango, kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe turemera tumusaba vyinshi+.

  • 2 Abatesalonika 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 N’igihe twari kumwe namwe twahora tubategeka duti: «Uwudashaka gukora, no kurya ntarye+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika