Yohani 14:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Sinkivugana namwe vyinshi, kuko umutware w’isi+ ariko araza, kandi nta bubasha amfiseko+. Abanyefeso 2:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 ivyo mwagenderamwo kera mwisunga ibintu vy’iyi si*+. Mwisunga kandi umutware afise ububasha ku kirere+, ni ukuvuga impwemu+ ikorera mu bantu bagambarara. 1 Yohani 5:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Turazi ko dukomoka ku Mana, mugabo isi yose iganzwa* na wa mubisha+.
2 ivyo mwagenderamwo kera mwisunga ibintu vy’iyi si*+. Mwisunga kandi umutware afise ububasha ku kirere+, ni ukuvuga impwemu+ ikorera mu bantu bagambarara.