Yesaya 64:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ariko Yehova, ni wewe Data+. Twebwe turi ibumba, nawe uri Umubumvyi wacu+.Twese turi igikorwa c’amaboko yawe. Ivyakozwe 9:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mugabo Umukama amubwira ati: «Genda, kuko uwo muntu ari igikoresho* nitoreye+ kugira amenyeshe izina ryanje amahanga+, abami+ n’Abisirayeli. 1 Abakorinto 15:47 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 47 Umuntu wa mbere ava kw’isi, akaba yahinguwe mu mukungugu+. Umuntu wa kabiri ava mw’ijuru+.
8 Ariko Yehova, ni wewe Data+. Twebwe turi ibumba, nawe uri Umubumvyi wacu+.Twese turi igikorwa c’amaboko yawe.
15 Mugabo Umukama amubwira ati: «Genda, kuko uwo muntu ari igikoresho* nitoreye+ kugira amenyeshe izina ryanje amahanga+, abami+ n’Abisirayeli.