Yohani 15:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Iyo muba mwari ab’isi, isi yokunze cane ivyayo. Mugabo kubera ko mutari ab’isi+ ariko nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+.
19 Iyo muba mwari ab’isi, isi yokunze cane ivyayo. Mugabo kubera ko mutari ab’isi+ ariko nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+.