Abaroma 15:5, 6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ya Mana rero itanga ukwihangana n’uruhoza, mwese ibahe wa mutima nyene Kristu Yezu yari afise, 6 kugira ngo Imana, Se w’Umukama wacu Yezu Kristu, muyininahaze muhuje inama+, n’ijwi rimwe*. 1 Abakorinto 1:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ndabahimiriza rero bavukanyi mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu, ngo mwese muvuge rumwe kandi ntihabe amacakubiri muri mwebwe+. Ahubwo mwunge ubumwe neza mu kubona ibintu kumwe no mu kwiyumvira kumwe+.
5 Ya Mana rero itanga ukwihangana n’uruhoza, mwese ibahe wa mutima nyene Kristu Yezu yari afise, 6 kugira ngo Imana, Se w’Umukama wacu Yezu Kristu, muyininahaze muhuje inama+, n’ijwi rimwe*.
10 Ndabahimiriza rero bavukanyi mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu, ngo mwese muvuge rumwe kandi ntihabe amacakubiri muri mwebwe+. Ahubwo mwunge ubumwe neza mu kubona ibintu kumwe no mu kwiyumvira kumwe+.