Luka 8:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Abishura ati: «Mwebwe mwarahawe gutahura amabanga meranda y’Ubwami bw’Imana, ariko abandi ndabigisha mu bigereranyo+, kugira ngo naho baraba ntihagire ico babona, kandi naho bumva ntihagire ico batahura+. 1 Abakorinto 2:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ahubwo tuvuga ubukerebutsi bw’Imana butekeye mw’ibanga ryeranda+, ubukerebutsi bwanyegejwe, ubwo Imana yateguye kera ibi bihe* bitarabaho, kugira turonke ubuninahazwa.
10 Abishura ati: «Mwebwe mwarahawe gutahura amabanga meranda y’Ubwami bw’Imana, ariko abandi ndabigisha mu bigereranyo+, kugira ngo naho baraba ntihagire ico babona, kandi naho bumva ntihagire ico batahura+.
7 Ahubwo tuvuga ubukerebutsi bw’Imana butekeye mw’ibanga ryeranda+, ubukerebutsi bwanyegejwe, ubwo Imana yateguye kera ibi bihe* bitarabaho, kugira turonke ubuninahazwa.