Abanyefeso 5:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Muri vyose mwame mukengurukira+ Imana yacu ikaba na Data, mubigire mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu+. 1 Abatesalonika 5:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Mukenguruke muri vyose+. Ivyo ni vyo Imana igomba ko mukora mwebwe mwunze ubumwe na Kristu Yezu.
20 Muri vyose mwame mukengurukira+ Imana yacu ikaba na Data, mubigire mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu+.