ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abafilipi 3:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Tweho ubwenegihugu bwacu+ buri mw’ijuru+, kandi turindiranye igishika umukiza azovayo, ari we Mukama Yezu Kristu+.

  • Abafilipi 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Ubwa nyuma bavukanyi, nimubandanye kwiyumvira* ibintu vy’ukuri vyose, ibihambaye vyose, ibigororotse vyose, ibitanduye* vyose, ivyo gukundwa vyose, ibivugwa neza vyose, ibijanye n’ingeso nziza vyose n’ibibereye gushimagizwa vyose+.

  • 1 Petero 1:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Rero nimukenyere zigume* ku bw’igikorwa+, muzigame rwose ubwenge bwanyu+. Nimushingire icizigiro canyu ku buntu buhebuje muzoronka igihe Yezu Kristu azohishurwa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika