ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Petero 1
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Petero: ibirimwo

      • Indamutso (1, 2)

      • Twavutse bushasha ngo tugire icizigiro kizima (3-12)

      • Mube beranda nk’abana bagamburuka (13-25)

1 Petero 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:2
  • +Ivk 2:5, 9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2018, rup. 14

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2012, rup. 19

    15/3/2012, rup. 21

    15/8/2007, rup. 10-11

    15/7/2004, rup. 24-25

    1/9/1997, rup. 15

    Nushinge intahe, rup. 25-26

1 Petero 1:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 8:29
  • +2Ts 2:13
  • +Heb 12:22, 24

1 Petero 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 1:23
  • +Ivh 20:6
  • +1Kr 15:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2016, rup. 20

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2012, rup. 21

    1/4/2009, rup. 3

1 Petero 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 15:53; 2Tm 1:10; 1Pt 5:4
  • +Yoh 14:2; 2Tm 4:8

1 Petero 1:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2012, rup. 27-31

    15/6/2007, rup. 18

1 Petero 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 4:17; 2Tm 3:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 12-13

    1/6/1998, rup. 16

1 Petero 1:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «zityororwa.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 1:2, 3
  • +2Ts 1:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2008, rup. 21

    15/8/2007, rup. 14

    1/6/1998, rup. 16

1 Petero 1:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/1997, rup. 27-32

1 Petero 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 6:22

1 Petero 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 13:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 9-10

1 Petero 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 9:24-27
  • +Yes 53:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 9-10

1 Petero 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 15:26; Ivk 2:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2009, rup. 24

    15/11/2008, rup. 21

1 Petero 1:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nimutubike imizirikanyi yanyu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:35
  • +Ef 5:17; 1Pt 4:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 13

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2012, rup. 23

    1/3/2006, rup. 22

1 Petero 1:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «gushushanywa.»

1 Petero 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:9; Rm 12:1; Heb 12:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 2, 15

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2017, rup. 9

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/1996, rup. 26-31

1 Petero 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:44; 19:2; 20:7, 26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 2, 4

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 40

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 77

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2017, rup. 9

    Niwiyegereze, rup. 34-35

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2008, rup. 26

1 Petero 1:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 10:17
  • +2Kr 7:1

1 Petero 1:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mwarazwe biciye ku migenzo.»

  • *

    Canke «mwacunguwe ngo mubuvemwo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 6:20

1 Petero 1:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ikirabagu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 53:12; Heb 9:14
  • +Kv 12:5; Lw 22:20; Yoh 1:29
  • +1Kr 5:7

1 Petero 1:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «yamumenye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 17:5; Ef 1:4
  • +Kl 1:26, 27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 23

1 Petero 1:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 14:6
  • +Ivk 2:24
  • +Heb 2:9

1 Petero 1:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:9; 1Yh 3:17
  • +1Tm 1:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2021, rup. 22

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 56

    Niwiyegereze, rup. 227

1 Petero 1:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ukuvuga urubuto rushobora kugwira canke kwama ivyamwa.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 3:3; 2Kr 5:17; 1Pt 1:3; 1Yh 3:9
  • +Yoh 3:6
  • +Yoh 6:63; Yak 1:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2009, rup. 3

1 Petero 1:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «igifise umubiri cose.»

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2017, rup. 18-19

1 Petero 1:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya A5.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:6-8
  • +Tt 1:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2017, rup. 18-19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Pet. 1:1Mt 10:2
1 Pet. 1:1Ivk 2:5, 9
1 Pet. 1:2Rm 8:29
1 Pet. 1:22Ts 2:13
1 Pet. 1:2Heb 12:22, 24
1 Pet. 1:31Pt 1:23
1 Pet. 1:3Ivh 20:6
1 Pet. 1:31Kr 15:20
1 Pet. 1:41Kr 15:53; 2Tm 1:10; 1Pt 5:4
1 Pet. 1:4Yoh 14:2; 2Tm 4:8
1 Pet. 1:62Kr 4:17; 2Tm 3:12
1 Pet. 1:7Yak 1:2, 3
1 Pet. 1:72Ts 1:7
1 Pet. 1:9Rm 6:22
1 Pet. 1:10Mt 13:17
1 Pet. 1:11Dn 9:24-27
1 Pet. 1:11Yes 53:5
1 Pet. 1:12Yoh 15:26; Ivk 2:4
1 Pet. 1:13Lk 12:35
1 Pet. 1:13Ef 5:17; 1Pt 4:7
1 Pet. 1:15Gus 28:9; Rm 12:1; Heb 12:14
1 Pet. 1:16Lw 11:44; 19:2; 20:7, 26
1 Pet. 1:17Gus 10:17
1 Pet. 1:172Kr 7:1
1 Pet. 1:181Kr 6:20
1 Pet. 1:19Yes 53:12; Heb 9:14
1 Pet. 1:19Kv 12:5; Lw 22:20; Yoh 1:29
1 Pet. 1:191Kr 5:7
1 Pet. 1:20Yoh 17:5; Ef 1:4
1 Pet. 1:20Kl 1:26, 27
1 Pet. 1:21Yoh 14:6
1 Pet. 1:21Ivk 2:24
1 Pet. 1:21Heb 2:9
1 Pet. 1:22Rm 12:9; 1Yh 3:17
1 Pet. 1:221Tm 1:5
1 Pet. 1:23Yoh 3:3; 2Kr 5:17; 1Pt 1:3; 1Yh 3:9
1 Pet. 1:23Yoh 3:6
1 Pet. 1:23Yoh 6:63; Yak 1:18
1 Pet. 1:25Yes 40:6-8
1 Pet. 1:25Tt 1:3
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
1 Petero 1:1-25

Petero wa mbere

1 Jewe Petero, intumwa+ ya Yezu Kristu, ndabandikiye mwebwe abatowe, mwebwe ngenzi zasabagiye i Ponto, i Galatiya, i Kapadosi+, muri Aziya n’i Bitiniya. 2 Mwatowe n’Imana ari yo Data+ hisunzwe ubushobozi bwayo bwo kumenya ibintu imbere y’igihe, murezwa n’impwemu+, kugira mugamburuke mwongere mumijagirwe amaraso ya Yezu Kristu+.

Imana irushirize kubagirira ubuntu buhebuje* no kubaha amahoro.

3 Hashemezwe Imana yo Se w’Umukama wacu Yezu Kristu, kuko yatumye tuvuka bushasha yisunze imbabazi zayo nyinshi+, ngo tugire icizigiro kizima+ biciye kw’izuka rya Yezu Kristu mu bapfuye+, 4 ngo turonke intoranwa itabora, idahumanye kandi idakabirana+. Iyo ntoranwa muyibikiwe mw’ijuru+, 5 mwebwe abo Imana izigama biciye ku bubasha bwayo kuko mufise ukwizera, kugira muronke ubukiriro bugira buhishurwe mu gihe ca nyuma. 6 Ivyo bituma munezerwa cane naho vyabaye ngombwa ko mushikirwa n’ibigeragezo bitandukanye akanya gato+, 7 kugira ngo ukwizera kwanyu kwagejejwe+ kuzotume mushimagizwa, muronke n’ubuninahazwa n’iteka Yezu Kristu niyahishurwa+. Ukwo kwizera gufise agaciro karuta ak’inzahabu kuko naho zigezwa* mu gucishwa mu muriro zihera. 8 Naho mutigeze mumubona, muramukunda. Naho mutamubona muri iki gihe, ntikibuza yuko mumwizera kandi mukagira umunezero w’agatangaza ata woronka uko awuvuga, 9 kuko bituma mushika ku ntumbero y’ukwizera kwanyu, mukaronka ubukiriro+.

10 Ku bijanye n’ubwo bukiriro, abahanuzi bavuze ubuhanuzi bwerekeye ubuntu buhebuje mwari mugenewe, baratohoje babigiranye umwete bagira n’ubushakashatsi bwitondewe+. 11 Bagumye batohoza igihe nyezina canke ikiringo ibintu impwemu yariko irerekana ku vyerekeye Kristu vyorangukiye+. Iyo mpwemu yari muri bo yaravuze imbere y’igihe imibabaro yari gushikira Kristu+ be n’ubuninahazwa yoronse mu nyuma. 12 Barahishuriwe yuko batariko barikorera, ahubwo ko bariko bakorera mwebwe mu kuvuga ibintu ubu mwamenyeshejwe. Mwabimenyeshejwe biciye ku bababwiye inkuru nziza bafise impwemu nyeranda yarungitswe ivuye mw’ijuru+. Ivyo bintu nyene abamarayika baripfuza kuvyihweza bitonze.

13 Rero nimukenyere zigume* ku bw’igikorwa+, muzigame rwose ubwenge bwanyu+. Nimushingire icizigiro canyu ku buntu buhebuje muzoronka igihe Yezu Kristu azohishurwa. 14 Ko muri abana b’Imana bagamburuka, nimureke kwoshwa* n’ivyipfuzo mwari mufise kera mutaramenya Imana, 15 ahubwo mwigane wa Mweranda yabahamagara, namwe mube beranda mu ngeso zanyu zose+, 16 kuko vyanditswe ngo: «Mutegerezwa kuba beranda kuko ndi mweranda+.»

17 Ko mwambaza Data umwe aca urubanza ata nkunzi+ yisunze ivyo umwe wese akora, nimwigenze nk’abatinya Imana+ mu gihe mukiri ingenzi. 18 Kuko muzi yuko ubuzima ata co bumaze mwarazwe na ba sogokuruza banyu* mwabukuwemwo*+ bidaciye ku bintu vyononekara, nk’ifeza canke inzahabu. 19 Ahubwo mwabukuwemwo biciye ku maraso y’agaciro+, nk’ay’umwagazi w’intama utagira akanenge* canke agatosi+, ni ukuvuga amaraso ya Kristu+. 20 Ego ni ko, Imana yamutoye* imbere y’igihe, isi itarashingwa+, mugabo yerekanywe kw’iherezo ry’ibihe ku bwanyu+. 21 Biciye kuri we, muremera ya Mana+ yamuzura mu bapfuye+ ikamuha ubuninahazwa+, kugira ngo mwizere iyo Mana mwongere muyizigire.

22 Kubera ko mugamburukira ukuri, mwabaye abatyoroye bituma mwiyumvamwo abavukanyi ata bwiyorobetsi+. Nimukundane cane rero bivuye ku mutima+. 23 Kuko mwavyawe bushasha+ bidaciye ku rubuto rubora*, ahubwo biciye ku rubuto rutabora+, mubikesheje ijambo ry’Imana nzima kandi yamaho+. 24 Nakare, «abantu bose* bameze nk’ivyatsi, kandi ubuninahazwa bwabo bwose bumeze nk’ishurwe ryo mu gahinga. Ivyatsi biruma, nya shurwe rigakoroka. 25 Mugabo ijambo rya Yehova* ryamaho ibihe vyose+.» Iryo «jambo» ni ya nkuru nziza mwamenyeshejwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika